Naje gushira city kuri map yeah
Naje gushira city kuri map yeah
Gitse, Gitse, aba jeune ngo ni gitse
Gatse, Gatse, Bja city on the map yeah
Gitse, Gitse, aba jeune ngo ni gitse
Gatse, Gatse, Bja city on the map yeah
Abo ndahasanze barapanika
Benshi bifuza ko noparika
Lil K HPB mbega kano kana ko nakande?
Je ndaje mucike uwuzobabara bamukande
Naje gushira city kuri map yeah
Naje gushira city kuri map yeah
Gitse, Gitse, aba jeune ngo ni gitse
Gatse, Gatse, Bja city on the map yeah
Gitse, Gitse, aba jeune ngo ni gitse
Gatse, Gatse, Bja city on the map yeah
Magic team turya ama tige nama cash
Twamaranye 2 weeks ntawatashe
La vie c est compliqué, but we only live once yeah
Bamwe bazi ngo Lil K, il vie dans une aisance non
Rega uri muba legrand, ni Rasma uraza kugura
Akayi baramanura, mwi depot dupakurura
Nakinye ipica ntashe home j ai deconné
Naka java muri salon pole pole
Ushaka map itovye baza casi-owner
Kila kitu ico ushaka urakibona
Fata ivyo ushaka, urushe ubitahane sina noma
Kila kitu ico ushaka, sina noma
Naje gushira city kuri map yeah
Naje gushira city kuri map yeah
Gitse, Gitse, aba jeune ngo ni gitse
Gatse, Gatse, Bja city on the map yeah
Gitse, Gitse, aba jeune ngo ni gitse
Gatse, Gatse, Bja city on the map yeah